Call Directions Website Contact the business

KCK 🎤 Event Organizer & Show Producer
🎭 Fashion Shows • Dance • Live Events
🌍 Delivering impactful experiences & empowering youth.
(2)

Proudly showcasing the beauty of Kayanza! 🔥 KCK Kayanza Creative Krew• Creating Today. Inspiring Tomorrow
📩 Bookings: DM

  agiye gusohora  “Iryanyuma disstrack ino ndirimbo nshasha ishobora kuvugisha benshi Narayumvise gatoya, ndababaza muri...
09/28/2026

agiye gusohora “Iryanyuma disstrack ino ndirimbo nshasha ishobora kuvugisha benshi

Narayumvise gatoya, ndababaza muri Tayali kuri ino bombe? 💣
Flow, lyrics n’ijwi uyu musore aje n’ikintu kidasanzwe.

🎬 Video igiye hanze vuba mube murakora subscribe kuri youtube channel link https://youtube.com/?si=ddWiRBk7rqTJMYTh

Kirikou A Kili ari muri Tanzanie 🇹🇿, aho yatanguye igikorwa co gufata amasanamu y’indirimbo ziwe nshasha.Ayo masanamu ar...
09/28/2026

Kirikou A Kili ari muri Tanzanie 🇹🇿, aho yatanguye igikorwa co gufata amasanamu y’indirimbo ziwe nshasha.

Ayo masanamu ariko afatwa n’umuhinyayuzi w’amasanamu john.elarts, azwi mu bikorwa vyo gutunganya no gufata amasanamu y’umuziki.

Turindiriye kubona ivyo bikorwa vya Kirikou A Kili bishasha

NIRUZE 1 Million views mumisi 9 gusa 👑
09/24/2026

NIRUZE 1 Million views mumisi 9 gusa 👑

09/24/2026

1M Mumisi 9 👑

09/23/2026

Muri tayali by Mkombozi Lucifer umwanya numwanya iraja hanze

09/23/2026

Ntimukangwe nazini ndirimbo za AIYi ngo T-Max ya dissinze 😂 kuko ubuho yoca iba Episode

09/21/2026

NIRUZE canke SOKWE?

Niyahe Ikaze?

09/21/2026

SOKWE YASOHOTSE
B-FACE YISHUYE BIG FIZZO, YAMWISE DOGO W’IMATONGO YONGERAKO NGO NAMAYEZI Y’IMPENE 🐐😂

⏱️ Indirimbo ifise iminota 10 JA KURI YOUTUBE UYUMVE! Wibuke guko
Like ❤️ | Comment 💬 | Share 🔄 | Subscribe 🔔

09/15/2026

Muri Tayali na SOKWE?
🔥🔥🔥🔥

Address

Houston, TX

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KCK posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KCK:

Shortcuts

Sponsored

Share

Category