Director Boris257

Director Boris257 Videographer Director;Photographe;Informaticien;technicien

Working timeDirector Boris257
01/09/2026

Working time

Director Boris257

Time of work
18/08/2026

Time of work

Visit To Gitega city
05/08/2026

Visit To Gitega city

🎥✨ Uyu munsi twagize ibihe vyiza mu gukora Live Streaming y'igikorane mu ntara ya Buhumuza muri Commune Cankuzo ku Rushe...
11/07/2026

🎥✨ Uyu munsi twagize ibihe vyiza mu gukora Live Streaming y'igikorane mu ntara ya Buhumuza muri Commune Cankuzo ku Rushengero Methodiste Unie.

Turashimira Imana ko vyagenze neza, kandi turashimira cane abateguye ico gikorane hamwe n'abaduhaye icizere co kubafasha gushikira abantu benshi biciye ku buhinga bwa Live Streaming.

Mwakoze mwese mwadushigikiye kandi mukadukurikirana. Imana ibahezagire! 🙏📹


📸 Amakuru meza ku bakunzi bacu!Ndabamenyesha ko ubu natanguye gukora Live Streaming mu bikorwa bitandukanye, harimwo n’a...
10/07/2026

📸 Amakuru meza ku bakunzi bacu!

Ndabamenyesha ko ubu natanguye gukora Live Streaming mu bikorwa bitandukanye, harimwo n’amakoraniro yo mu mashengero.

Ayo mafoto yo kwitegurira mu gikorane kibera muri Commune Cankuzo mu ntara ya Buhumuza Mwishengero Methodiste Unie du Burundi.
Nimba mufise igikorane, ibirori, canke ikindi gikorwa mushaka ko gikorerwa live ku rwego rwiza, mwoshobora kunyandikira.

🎥 Live Streaming • Photography • Videography

After live streaming at CankunzoEMUBU EventIr Ntakirutimana Boris
09/07/2026

After live streaming
at Cankunzo

EMUBU Event

Ir Ntakirutimana Boris

03/07/2026

Now gospel video is available on Youtube

Director by Boris257 and JN

Mariba y'agakiza Choir
🔥🔥🔥

in Action🎥🎥
23/06/2026

in Action🎥🎥

Address

Rn3
Rumonge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Director Boris257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Director Boris257:

Shortcuts

Share