Yves pro désignes

Yves pro désignes Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Yves pro désignes, Sports Promoter, cibitoke, Rugombo.

Mr Yves
YG Promotors
👊Yves & Guillaume ☑️Promotors
Cibitoke Burundi👆Amakuru🙏atandukanye🤷tuyabagezaho🌀wipfuzako🏠tugukorera🏠 publicité 🙊turabigukorera😍 CIBITOKE BURUNDI HIT YG PROMOTORS +257 62060056 turondere💯

15/09/2024

K megi ft Yves pro

Melanin umwe mubaririmvyi babarundi barikobabikora neza cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯
14/09/2024

🛄🚺Mwite Yves pro designer cankese umwite ukushaka kuko ivyo ariko akora wohava wibaza ko ari ikivejuru.Uyumusi shwashwan...
14/09/2024

🛄🚺Mwite Yves pro designer cankese umwite ukushaka kuko ivyo ariko akora wohava wibaza ko ari ikivejuru.

Uyumusi shwashwanuka Media yashimye kugaruka kumwe mumpano imazimisi yigaragaza mu ntara ya Cibitoke.

Umusore akiri muto cane kand akunzwe kubera ubumenyi asanzwe yitwaje mugukoresha imashini nyabwonko(machine ordinateur).

Murakakanya akaba ayoboye mubasore bazi gukoresha imashini nyabwonko.Ikindi nuko uyumusore asanzwe azi gufotora neza kuburyo agufotoye nawe wiyoberwa kubera ubwiza ifoto ayiha.

Tuvuzeko amaze gufotora mumanza nyinshi mbere numuzindi ntara nka bujumbura ntitwoba twibeshe kuko ugiye no kumurondera ushobora kumubura kubera ko aba aronderwa cane.

None kugira umwana nkuyu agire ubumenyi nkubu biva he?bihera he?Inyishu zivyo bibazo ziri mukiganiro twagiranye na Yves pro designer mukaba mushobora kukiraba kuri Channel ya YouTube Hares Global Channel link iri muri commentaires

Super photo graphy

16/05/2024

Uyumutama atubwiye ubuzima yanyuzemwo duhatswe kurira.Yooo birababaje cane.Ariko impanuro atanze ziriko zifasha benshi.I...
10/03/2024

Uyumutama atubwiye ubuzima yanyuzemwo duhatswe kurira.

Yooo birababaje cane.Ariko impanuro atanze ziriko zifasha benshi.Ikiganiro kiriko kirabwa cane mu BURUNDI kurubuga rwa YouTube.

Link muri comment

Address

Cibitoke
Rugombo
00000

Telephone

+25762060056

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Yves pro désignes posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Yves pro désignes:

Share