28/06/2025
Bishasha na Community Care en vente #
1)Parcelle ya 2 ares irimwo inzu ya 3 chambres na 2 boutiques , irimwo amatara n'amazi mu Gatunguru impande ya BRB. Ikeneye 160 millions.
2)Mu Kabezi, hepfo y'ibitaro bishasha, impande yo kubakoreya, hari parcelle ya 10 ares, are imwe ikaba ikeneye 9 millions.
3) Mu Cibitoke, kw'ikaburimbi, hari urupangu rwinjiza 4.500.000 FBu ku kwezi ruriko ruragurishwa, rukeneye 750 millions. Rurafise titre.
Nimba ushaka gusuma canke u*i uwubikeneye, hamagara canke urungike ubutumwa kuri 76696883 (whatsapp).
Ufise ivyo ushaka kugurisha canke kumenyekanisha, turungikire ubutumwa kuri iyo numero nyene.