Dir paci classic

Dir paci classic Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dir paci classic, Party Entertainment Service, RN3, Bujumbura.

🔥🔥🫡🫡🚘 🇧🇮   MBEGA Surprise yibisazi inatangaje umugabo wa Natacha Burundi  akoze ibidasanzwe kuri Natacha mwibanga rikome...
05/01/2026

🔥🔥🫡🫡🚘 🇧🇮 MBEGA Surprise yibisazi inatangaje umugabo wa Natacha Burundi akoze ibidasanzwe kuri Natacha mwibanga rikomeye kwisabukuru yiwe yamavuko uyumusi aho yamuhaye imodoka igezweho izimvye yo mubwoko bwa BRABUS Benzi iyi Modoka iri kugaciro ka 375.000 $ mushire mumarundi murambwira ndazi ntayo wokwikorera ushobore

👑 Natacha abandanya kwemeza abarundi biciye kumugabo wiwe yiherewe NIMANA amateka arakwiye abaye Umuririmvyi wambere agiye kuza aragira mumodoka nziza kandi izimye

🫵🎂👑🍾 nanje ndakwipfurize isabukuru nziza yamavuko naho nari nacerewe ndazi ibirori niho bigitangura abari kuri Hôtel club du Lac Tanganyika ino Modoka mwayibonye aho iparitse 🚘

🇻🇪🏣🇺🇸 Perezida wa Venezuela  Nicolás Maduro agiye kuguma mw’ibohero i New York, azosubira kwitaba  mu rubanza kw’igeneke...
05/01/2026

🇻🇪🏣🇺🇸 Perezida wa Venezuela Nicolás Maduro agiye kuguma mw’ibohero i New York, azosubira kwitaba mu rubanza kw’igenekerezo rya 17 Ntwarante 2026, nk’uko umucamanza yashashe murubanza rwiwe yabitegetse.

Address

RN3
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dir paci classic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dir paci classic:

Shortcuts

Share