OG RJ.D

OG RJ.D promoter of Burundi bwiza 🎶📳😀🇷🇼💽💿🤲❤️💯💥✍️🤳🙏


🌍🌍🌍🌍🌠☄️🇨🇩🇹🇿🇺🇬🇷🇼🇧🇮 thank you very much

📆 Kuri uwu wa gatatu, igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2026, ku kibuga c’inkino Ingoma kiri i Gitega, Umukuru w’Igihugu c’Ub...
22/04/2026

📆 Kuri uwu wa gatatu, igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2026, ku kibuga c’inkino Ingoma kiri i Gitega, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, ariko arongora ibirori vyo gutanguza ku mugaragaro umugambi wo kwigisha abenegihugu ivyerekeye amatora, mu kwitegurira amatora y’Umukuru w’Igihugu yo mu 2027.

✍️ Ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye, Umukuru w’Igihugu ariko arashikiriza ijambo isinzi ry’abategetsi bakuru n’abandi banywanyi bakomeye b’igihugu bitavye ivyo birori.

Ivyo birori vyateguwe n’Umugwi w'igihugu wigenga ujejwe Amatora (CENI), bikaba vyitabwe n’abagize Reta, abashingamateka n’abakenguzamateka, hamwe n’abarongoye inzego z’umutekano n’izo kwivuna abansi. Harimwo kandi abaserukira imigambwe, amashirahamwe y’abanyagihugu, amashengero, abari mu nzego z'ubutungane, hamwe n’abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi.

📸 RTNB

OG RJ.D

22/04/2026

NTUCIKWE NIR'IJAMBO NYENICUBAHIRO 🇧🇮 YABWIYE N' BA BURKINA FASO.

OG RJ.D

😭🔥 Mugihugu ca Kenya Abenegihugu bazindukiye mumigumuko kubera ibiciro vya peteroli vyaduze.============================...
21/04/2026

😭🔥 Mugihugu ca Kenya Abenegihugu bazindukiye mumigumuko kubera ibiciro vya peteroli vyaduze.
==============================

🔴🇰🇪🔥 Ni Kuruyu wa kabiri, abantu benshi bafatiwe mu karere ka Nairobi mu bucuru*i bukuru bwa (CBD), nyuma yuko abapolisi bahash*tse vuba kugira ngo bahagarike imyigaragamvyo yari iba kubera izamuka ry’ibiciro vya peteroli ndetse n’ubu*ima butangaje bariko babamwo.

📌🫢Abigaragamvyaga, bivugwa ko bari bayobowe n’urwishi rwabantu bagerageje guhurira mu bice vy’umuji hagati, harimwo n’ahantu harwiriye abantu hafi y’ububiko bw’igihugu ca Kenya, mbere yo kuzungururwa n’abapolisi barwanya imyigaragamvyo Ibi bikaba vyahungabanije komisiyo yigenga ishinzwe amatora n’umupaka (IEBC) yo kwandikisha abatora muri kariya gace ubwo abigaragamvya bakutana n’abapolisi, mu mubarabara.

✍️ Musomyi mwiza nakahe kajambo wovuga kuri bino bintu birimwo kubera muri Kenya....?

OG RJ.D

INKURU NZIZA YARYOHEYE ABANTU CANE Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye agiye kwerekaza mu gihugu ca Burkina Faso 🇧🇫 ...
20/04/2026

INKURU NZIZA YARYOHEYE ABANTU CANE

Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye agiye kwerekaza mu gihugu ca Burkina Faso 🇧🇫 ku murwa mukuru waco OUAGADOUGOU kuramutsa mugenzi IBRAHIM TRAORE

Ni urugendo rwo kuri uyu wa 20 Ndamukiza 2026 rwanezereye benshi kubona uyu arongoye Urnion Africaine aja muri ico gihugu
Iki bikaba biri mw'itangazo ryateweko umukono n'umuvugizi w'umukuru w'igihugu c'uburundi

Musomyi,iyi nkuru uyakiriye gute?

OG RJD

🔴 𝗞𝗔𝗡𝗚𝗨𝗞𝗔 : 𝗡𝗚𝗜𝗥𝗜 𝗜𝗦𝗔𝗡𝗚𝗢 𝗨𝗗𝗔𝗞𝗪𝗜𝗬𝗘 𝗞𝗪𝗜𝗕𝗔𝗚𝗜𝗥𝗔 𝗡𝗢 𝗚𝗨𝗦𝗜𝗕𝗔 𝗠𝗨𝗥𝗜 𝗠𝗨𝗞𝗔𝗞𝗔𝗥𝗢 !!====================Umuvugabutumwa w’Umurundi Chri...
19/04/2026

🔴 𝗞𝗔𝗡𝗚𝗨𝗞𝗔 : 𝗡𝗚𝗜𝗥𝗜 𝗜𝗦𝗔𝗡𝗚𝗢 𝗨𝗗𝗔𝗞𝗪𝗜𝗬𝗘 𝗞𝗪𝗜𝗕𝗔𝗚𝗜𝗥𝗔 𝗡𝗢 𝗚𝗨𝗦𝗜𝗕𝗔 𝗠𝗨𝗥𝗜 𝗠𝗨𝗞𝗔𝗞𝗔𝗥𝗢 !!
====================
Umuvugabutumwa w’Umurundi Chris Ndikumana yaraye amenyesheje Uburundi n’amakungu ko agiye gutunganya ikindi gikorane kidasanzwe c’ivugabutumwa ca KANGUKA mu Burundi.

📌Ni igikorane ngarukamwaka yama atunganya mu bihugu no ku migabane itandukanye yo kw’isi, haba i , no muri . Aha twovuga nko mu 🇧🇪, 🇧🇮, 🇨🇲, 🇨🇮, 🇧🇯, 🇨🇦 n’ahandi henshi hatandukanye.

🔹Uyu mwaka rero, akaba yamenyesheje ko agiye gusubira gutunganya ku yindi ncuro, ico gikorane mu Burundi, mbere n’amagenekerezo akaba yamaze kumenyekana : 📍Azoba ari kuwa 18/7/2026.

📌 Nk’uko vyama: Kizoba ari igikorane c’ivugabutumwa, amashimwe, gutazira, gusenga, no guhimbaza Imana.

📍Abafise imitwaro bazobohoka, Abarushe n’abaremerewe bafashwe, Abafise indwara bakizwe, Abazimiye n’Abataye agakiza bagarukanwe ku nzira y’umusaraba.

🔹Hitezwe isinzi ry’abantu, bazoba bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu, hamwe no mu bihugu bibanyi.

Ni igiki umaze gutahura, kuva umenye KANGUKA?

OG RJD

🌴🍻: Woba waru*i Amateka y'ikinyobwa ca Primus Burundi🇧🇮?. woba waru*i ko gikwije imyaka 75 kibayeho?   Ikinyobwa Primus ...
19/04/2026

🌴🍻: Woba waru*i Amateka y'ikinyobwa ca Primus Burundi🇧🇮?. woba waru*i ko gikwije imyaka 75 kibayeho?

Ikinyobwa Primus catanguye kudandazwa mukarere k'ubuseruko kuva m'umwaka 1945 aho yamuka mugihugu c'Ububiligi. Muriyo myaka nyene aba birigi bamaze gushika muraka karere itangura gukorerwa ahitwa Bukavu mugihugu kibanyi ca CONGO. Aho abarundi banywa ikinyobwa ca Primus kivuye Ibukavu canke mububiligi ariko haragira igihe ivyo birahagarara.

Abarundi baja hamwe bazana iciyumviro cokwikorera iki kinyobwa ca Primus , kw'igenekerezo rya 23/12/1955 mugisagara ca Usumbura iyahindutse ubu Bujumbura k'umusi w'Imana humvikana inkurunziza y'icupa ryambere rya Primus Burundi.Murico gihe hakozwe primus yambere mumateka y'uburundi yari mw'Icupa rya 72cl.kuva ico gihe atangura gukorwa k'umugaragaro n'ihinguriro Brarudi SA iBurundi ariko itarashika hose mu gihugu abantu bari bacihereza Primus yo mu Bubiligi yakorwa n’uruganda rwitwa "Brasserie Haacht" yarimaze imyaka myinshi mu burundi.

Abarundi batangure kwinuba cane izo nzoga mvamahanga batangura gukunda kugwego rudasanzwe Ikiyeri cari gikorewe iBurundi. kuva icogihe abantu bakunze urukundo rudasanzwe iyi nzoga gushika n'uyu musi.Iyi Primus ni inzoga ikorwa n’uruganda rwa Brarudi ikaba ifatwa nk’aho ari imfura y’izindi nzoga zose za kizungu mu Burundi bwose kuko ariyo Mfura y'Izindi nzoga zose zatanguye gukogwa muriki gihugu, zikubaka imitima yabazihereza nabatazigata baremeza ko ari inzoga isa neza bitawe n'Amacupa irimwo.

Iyi nzoga ya Primus yarakunzwe cane murico gushika n'uyu musi ,Murico gihe abayihereza bafatwa nk'ikimenyetso c'Ubusirimu kidasanzwe mugihe abayihereza baba ari abayamaze , abadandaza,Abakozi ba leta,Abanyamahanga n'Abanyamafaranga n'Abandi bababayafise.

Iyi Primus Burundi yaje ishirwa mumucupa mare mare cane ugereranije nayubu , Igashirwa mumakaziya aho ikaziya imwe yajamwo izigera kuri 20 gusa.Iyi nzoga yagiye ihabwa amazina menshi atandukanye kuva ico gihe bitewe n'Uburyohe bwayo gushika n'uyu musi hari abayita amazina bivanye nukwo bayibona canke bayumvise. Bamwe bomurico gihe gushika ubu bagiye bayita aya akwirikira ( Amabiya, twimanyinya, Shushube,Shusha,Ikiyeri,Mubimba ,Sebeya, iKiyeri ca Buja,Imuhuza,Pilimusi n'Ayandi menshi cane.

IKI KINYOBWA WOBA WARUZI KO GIKWIJE IMYAKA 75 KIBAYEHO iBURUNDI?

Niryahe rindi zina woba u*i rya Primus tutavuze muraya? Nivyahe vyiza wodusangiza vya Primusi Burundi?
muri

OG RJD

Umuririmvyi kazi   Inyuma yoguhebana na    agiye guhita ashira hanze indirimbo nshasha yagahinda💔.======================...
13/04/2026

Umuririmvyi kazi Inyuma yoguhebana na agiye guhita ashira hanze indirimbo nshasha yagahinda💔.
====================================

🔴🇧🇮🎤 Numuririmvyi kazi Monia Fleur umwanditsi w'indirimbo zigiye zitandukanye harimwo nama collabo y'agiye akorana nabaririmvyi bakomeye nka Big Fizzo , Sat-B , B-face On The'flo ..... Ndetse Nina Monia yaramaze imisi Ari Murukundo nu muririmvyi LinoG Umvukuri kuva mukayanza. Ariko vyaje kumenyekana ko batakiri Murukundo kugeza ubu umwumwe akaba yigenga.

📌Nkurino ncuro nina Monia agiye guca asohora indirimbo bivugwa Yuko azoba arindirimbo izoba ivuga kubu*ima yabayemwo bwogukundana numu star, Yuko iyo ukunze umu star nawe urumu star nukwibabariza umutima 💔kuko agushishako abandi,

📌 Biravurwa ko ivyurukundo Rwa LinoG na Monia vyatanguye kwanka igihe Umuririmvyi linoG asohoye indirimbo y'itwa Chr avuga ngo Chr wawe Nawe afise uwundi.....

✍️ Kuki Inkundo zikigihe zitaramba arukubabazanya imitima 💔....?

OG RJD

Umuhanzi Nduwayezu Lin (LinoG) yavuye i Kayonza nijoro aho yari afite igitaramo muri Sud, mu Ru*iba.====================...
13/04/2026

Umuhanzi Nduwayezu Lin (LinoG) yavuye i Kayonza nijoro aho yari afite igitaramo muri Sud, mu Ru*iba.
================================

🔴🇧🇮🎤Iki gitaramo cy'umuhanzi cyabereye muri "Le Berger Bar" EX Chez Kelly, hafi y'isoko ya Ru*iba. Iki gitaramo cyitabiriwe n'abantu benshi, kuko hari haje umuhanzi bakunda cyane, ari we LinoG, washakaga gushimisha abakunzi be. Yageze ku rubyiniro saa 23h10mn kugeza saa 23h35mn, aririmba indirimbo enye, hanyuma aragenda. Ariko kubera urukundo abakunzi b'umu*iki Ndundi bakunda ibikorwa bye, ntibashakaga ko agenda kandi umunezero wabo utarahera. Niho nyuma, saa 00h30mn, yasubiye ku rubyiniro yongera aririmba nk'uko byari bikenewe, agera saa 01h20mn.

📌Mukunzi w'ibikorwa Ndundi, kuki umuhanzi ajya ku rubyiniro abafana bamushaka ariko akihutira kuririmba umwanya muto ngo yigendere? Ese umuhanzi natanga umwanya uhagije abafana bakaryoherwa, bazakomeza kumukunda koko?

✍️Niba uri mu bitabiriye iki gitaramo, ni iki wakunze cyane kandi ni iki wanenze?

OG RJD

🔴🔵 Nivyiza kuvuga ivyiza biboneka   niwe muririmvyi muri New Generation agira akore indirimbo nu muzungu.===============...
13/04/2026

🔴🔵 Nivyiza kuvuga ivyiza biboneka niwe muririmvyi muri New Generation agira akore indirimbo nu muzungu.
===================================

🔴🇧🇮🎤Nuno muririmvyi Melanin boy bavuga ko yazimye, ariko igikorwa y'akoze ntamuntu yazimye yogishobora kuko yarihiye indege Umuririmvyi Ddboy kuva muri Canada 🇨🇦 imuzana hano muburundi kugira bakorane indirimbo. Aho uno DdBoy azomara hano 2 Mois aba mu Hotel irihwa na Melanin boy, hama ngo umu*iki wa Melanin boy ntakanoti awukuramwo.

📌Ni yaje gukorana indirimbo na Melanin boy nk'uko hakomeza kuzunguruka amwe mumashusho Yama images agaragaza ko indirimbo yaheze ahubwo bari mugikorwa cogukora Video yayo, Nindirimbo video yayo iriko ikorwa na umuhinga muvyo gukora amashusho.

✍️Mgega gukorana indirimbo numuzungu mudahuriye hanze y'igihugu ukamuzana hano mu Burundi Vyoba bimaze gukora bangahe mubaririmvyi...?

OG RJD

11/04/2026
🎤🔴   🇺🇲🌊 : Abakozi ba 𝗔𝗿𝘁𝗲𝗺𝗶𝘀 𝗜𝗜 bagarutse amahoro bavuye mu kirere. ☪️🪂Abakozi ba Artemis II bagiye mu kirereBamaze kug...
11/04/2026

🎤🔴 🇺🇲🌊 : Abakozi ba 𝗔𝗿𝘁𝗲𝗺𝗶𝘀
𝗜𝗜 bagarutse amahoro bavuye mu kirere. ☪️🪂

Abakozi ba Artemis II bagiye mu kirere
Bamaze kugaruka kwisi amahoro kandi
Bameze neza cane.
Muri urwo rugendo harimwo abahinga
Bakomeye barimwo Christina Koch,
Jeremy Hansen, umuyobozi wabo Reid
Wiseman hamwe n’umudereva w’indege
Victor Glover 👨🏾‍🚀👩🏾‍🚀.

Inyuma yo gushika kw’isi, baguye mu
Mazi ya 𝐎𝐜é𝐚𝐧 𝐏𝐚𝐜𝐢𝐟𝐢𝐪𝐮𝐞 🌊 mu gice ca
California 🇺🇸, aho amato y’ubutabazi
Yaciye aza kubakira maze babakurayo
Amahoro ⛴️🚁.

Baca bashikanwa n’indege ahantu
Hateguwe kugira bitabweho Bakirwa
Nk’intwari zakoze amateka.

OG RJD

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when OG RJ.D posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share