Madiba The Kin

  • Home
  • Madiba The Kin

Madiba The Kin Reach us for:•Video director🎥 •Vidio editor🎞 •Color grading🎨WhatsApp : +25776243972 Tel:257 66116472

22/06/2026

In. Location 🎥 Tuna Shoot Clip Video

   Ndibuka aha ko twashobora gutoroka muhira duhunze ibikorwa vyo m'urugo tugiye kunyereza nkuko mubibona
22/06/2026

Ndibuka aha ko twashobora gutoroka muhira duhunze ibikorwa vyo m'urugo tugiye kunyereza nkuko mubibona

21/06/2026

Hari mugihe ari tutagiye kwishure twaguma dukora

   Incuti nyayo ntugomba kuyiruka inyuma✍️🧏Nurukundo rwanyago ntugomba kurwiruka inyuma🧏
20/06/2026

Incuti nyayo ntugomba kuyiruka inyuma✍️🧏Nurukundo rwanyago ntugomba kurwiruka inyuma🧏

   Aha hari mugihe cumugoraba ushira ijoro aho mukibano twatorana nabana turi murunganwe rumwe tukaba turakina aho umwe ...
20/06/2026

Aha hari mugihe cumugoraba ushira ijoro aho mukibano twatorana nabana turi murunganwe rumwe tukaba turakina aho umwe wese yahava aruko iwabo bamuhamagaye aruka aja gufungura canke kugira bamutume ✍️✍️😢😢Ariko vyaba biryoshe dufise umunezero udasanzwe

   Aha hari mugihe naba navuye kwishure nkashika niga nitegurira   Mugihe niga ninzara munda muhira atavyo gufungura nar...
20/06/2026

Aha hari mugihe naba navuye kwishure nkashika niga nitegurira Mugihe niga ninzara munda muhira atavyo gufungura naronse😢😢😢

20/06/2026

Iyi Rap nyayo izindi ziribesha mwite

 . ✍️ Ndibuka haba ari mugitondo cakare aho naba nfise Incuti buri munsi yaca muhira iwacu impitanye kugira tugende tuja...
20/06/2026

. ✍️ Ndibuka haba ari mugitondo cakare aho naba nfise Incuti buri munsi yaca muhira iwacu impitanye kugira tugende tujanye kwishure nanje sinakunda kwishure ariko iyo ampitanye narunva ntomwankira, ivyo vyatuma ngenda kwishure nishimye cane
Nawe woba warigeze ugira umugenzi nkuyu??

19/06/2026

Nubu Siniyunvisha ukuntu ndungika message ikaguma muri phone📱 yanje, ariko iyo ndungitse amahera akagenda bugende??
Ko nayo adasigaramwo??

19/06/2026

Crazy 🤪 😜 🤪 😜

Address

Muyinga

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Madiba The Kin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Madiba The Kin:

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed Event Planning Service?

Share