Flower online TV

Flower online TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Flower online TV, Sports Promoter, Muyinga.
(1)

🌸 FOTV Burundi (Flower Online TV) 🎥
Ijwi ry’ururabo rw’Uburundi 🇧🇮✨
Media yo kuri internet ibagezako amakuru yizewe 📰, imyidagaduro iryoshe 🎬 n’imico kama y’Uburundi 🇧🇮
• Interviews 🎤 • Live 🔴 • Updates zigezweho 🔥

23/08/2026

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏

Uku Niko vyari vyifashe kumusi wa ijuma ✅

22/08/2026

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏

top10muyinga✅

Assalamualaikum ♥️ ndabipfurije ijuma nziza mwe mugire ibihe vyiza🤍💚♥️🇧🇮🫶
21/08/2026

Assalamualaikum ♥️ ndabipfurije ijuma nziza mwe mugire ibihe vyiza🤍💚♥️🇧🇮🫶

20/08/2026

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏

Ndasavye abantu mwatumye bibagira ko dufise abantu bashoboye gukina film 🎥 mubegeranye tubivyaze umusaruro

+257 65613388

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏
20/08/2026

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏

19/08/2026

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏

Aba ex biwe Bose barafuye😭😭

MUYINGA: Amakaye meza ku banyeshure 📚✏️Abavyeyi, abanyeshure hamwe n’abandi bose bakeneye amakaye meza kandi abereye kw’...
17/08/2026

MUYINGA: Amakaye meza ku banyeshure 📚✏️

Abavyeyi, abanyeshure hamwe n’abandi bose bakeneye amakaye meza kandi abereye kw’ishure, turabatumiriye kuyaronka hano i Muyinga.

Ntugire amaganya yo kurondera amakaye—turanayafise kandi turiteguye kubafasha.
📞 WhatsApp/Telephone: 65613388

📍 Muyinga

Amakaye yawe, intambwe yawe yo gutsinda! 📚🎓

15/08/2026

MUYINGA: Amakaye meza ku banyeshure 📚✏️

Abavyeyi, abanyeshure hamwe n’abandi bose bakeneye amakaye meza kandi abereye kw’ishure, turabatumiriye kuyaronka hano i Muyinga.

Ntugire amaganya yo kurondera amakaye—turanayafise kandi turiteguye kubafasha.
📞 WhatsApp/Telephone: 65613388

📍 Muyinga

Amakaye yawe, intambwe yawe yo gutsinda! 📚🎓

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏
12/08/2026

Muyinga oyee 🔥 turangwa nurukundo 🙏

🛑🇧🇮MUYINGA: UBU HARATANGUYE KUBONEKA ABASANI BARIRIMBA INDIMBO ZO GUHAYAGIZA IMANA 🎶🙏Muyinga — Mu minsi iheze, mu ntara ...
11/08/2026

🛑🇧🇮MUYINGA: UBU HARATANGUYE KUBONEKA ABASANI BARIRIMBA INDIMBO ZO GUHAYAGIZA IMANA 🎶🙏

Muyinga — Mu minsi iheze, mu ntara ya Muyinga hariko haragaragara abasani batandukanye berekana ubuhinga bwabo mu muziki, cane cane mu ndirimbo za B-Rap n’izindi njyana zikundwa n’urwaruka.

Ariko uno musi, Muyinga iraronse umusani mushasha aje kwongerera akaryo abagenzi b’umuziki wo mu buryo bwa Gospel, aho aririmba indirimbo zo guhayagiza no gusenga Imana. 🙏🎶

Uyu musani azanye ubutumwa bwubaka, bukomeza ukwizera kandi bugashishikariza abantu kwegera Imana biciye mu muziki.

Abakunzi b’umuziki wo mu ntara ya Muyinga barashikirizwa ubutumwa bwo kumushigikira no kumuha ikibanza, kuko impano z’abasani bo mu Muyinga zikwiye kumenyekana no gutezwa imbere.

🎤 Muyinga irafise impano — kandi Gospel nayo iratanguye kwumvikana!






Address

Muyinga
MUYINGA

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Flower online TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share