Honore promoter

Honore promoter Honore Promoter | Talent Agency ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
I promote comedians, dancers & upcoming singers from Kayanza & Bujumbura ๐Ÿ˜‚๐ŸŽค๐Ÿ’ƒ
Got talent?

Send me your video via DM/WhatsApp +257 61 88 64 14
Let's build "Burundi Stars" together! ๐Ÿ‘Š

16/06/2026

I got over 350 reactions on my posts last week! Thanks everyone for your support! ๐ŸŽ‰

11/06/2026

Abandi bana pe buba bufise impano pe๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

B-face On The'flo niho yatoye umwanya arashimira aba   bama bamuba hafi ngaya majambo yavuze:;Ndabaramukije mwese bantu ...
11/06/2026

B-face On The'flo niho yatoye umwanya arashimira aba bama bamuba hafi ngaya majambo yavuze:;Ndabaramukije mwese bantu banje.

Nagira mfate akanya nshimire aba promoter bose, aho bava bakagera, abari kuri iyi foto hamwe n'abatariko. Ndabashimira cane ingene mwama munshigikira ; ntimwigera muhengeshanya gushigikira ibikorwa vyanje uko bukeye n'uko bwije๐Ÿ‘Œ. Support yanyu yama intera intege kandi ikanyongerera umwete wo gukora cane kurushiriza.
Ndasavye Imana ibarungikire imigisha n'imihezagiro myinshi ๐Ÿ™Œ๐Ÿ™Œ๐Ÿ™๐Ÿฟ๐Ÿ™๐Ÿฟ Jewe nka Rap yudah ndabemereye ko ntazigera ndabamaramaza; nzokwama ndabatamwo imizigo iremereye , n ubu nabatayemwo murabibona link murayisanga hano munsi๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ˜… akaririmbo kitwa nakoze from Tz ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ mukomeze mugashigikire nk'uko mwama mushigikira n'ibindi bikorwa vyanje.
Ivyo mumaze gukora nta mpembo noronka yo kubiriha ariko iyo umuntu akoze iciza, Imana ni yo ikimuhembera . Ni co gituma ndabasaba kudacika intege no kuguma munshigikira๐Ÿ™Œ, reka ndangize ndabatumira ku rubanza rwanje nimirije๐Ÿ˜…. Muzoze kunshigikira nk'uko mwama mubikora.
Murakoze cane, Imana ibahezagire mwese. ๐Ÿ™โค๏ธ

NB: Uwutibona kw'ifoto ntibisigura ko namwirengagije. Mwese aho muhererye hose ndabafise ku mutima. Stay blessed.

Ese haruwundi muririvyi yari bwakore nkibi ??
Mubashe mukora
Na
Honore promoter

  Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ โ™ฅ๏ธ
08/06/2026

Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ โ™ฅ๏ธ

08/06/2026

Sat-B njewe icombona uyomwana azotuma usanga uhovye vyishi cane pe.ariko iyo yarimpanuro yagusa pe.

Eega mu   dufise   bezaAriko namwe n8vyo mwirebera pe.๐Ÿคฃ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ
08/06/2026

Eega mu dufise beza
Ariko namwe n8vyo mwirebera pe.๐Ÿคฃ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ

07/06/2026

B-face On The'flo bisaba urongore kl ,nanje ndakwemereye konzogikura ruguru pe๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿคฃ.


Honore promoter Kirikou A Kili Sat-B

Mwite Kirikou A Kili umusi mwiza ahuherereye mwenewacu Imana ikube hafi.๐Ÿ™๐Ÿ™
07/06/2026

Mwite Kirikou A Kili umusi mwiza ahuherereye mwenewacu Imana ikube hafi.๐Ÿ™๐Ÿ™

  Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ โ™ฅ๏ธ
06/06/2026

Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ โ™ฅ๏ธ

Mbehary bagwita ngwiki se?ni Nyetinda ngohary usha B-face On The'flo hhh ntamahigwe kl pe ariko we bandana wihigir ibiga...
06/06/2026

Mbehary bagwita ngwiki se?ni Nyetinda ngohary usha B-face On The'flo hhh ntamahigwe kl pe ariko we bandana wihigir ibigabo bizi gusakar ariko wew yararose aho asakara ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ‘‰๐Ÿ‘‰๐Ÿ”ฅ

Address

Kayanza
Kayanza

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Honore promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category