Pama Business Isange

Pama Business Isange PBI qui exerce ses activités Ds l'église bon évangile

hahahhahaa nguyo mutima le comédien tunabamenyesha ko amatike tuzoyagurira kucicato gikuru ca pama Business Isange iri m...
11/08/2026

hahahhahaa nguyo mutima le comédien
tunabamenyesha ko amatike tuzoyagurira kucicato gikuru ca pama Business Isange iri muri mirango 14eme Avenue près du bar Sabanerwa hamwe no mw’isoko mu kamenge kaze mwese

Kaze muri pama Business Isange abakeneye kugira ama dépôt, ama retrait,kuriha assurence,gutoka imiduga igezweho,gukota i...
07/08/2026

Kaze muri pama Business Isange abakeneye kugira ama dépôt, ama retrait,kuriha assurence,gutoka imiduga igezweho,gukota ibijanye n’urubanza,gusohora ibitansi vya OBR etc.... kaze mwese ni kamenge Mirango II 14eme Avenue iruhande ya Sabanerwa Bar hepfo ya ndamama

Kaze mwigurire amatike kamenge 14eme Avenue iruhande yakabare Sabanerwa musi ya Ndamama .simple : 10kVIP : 50k Sponsor :...
30/07/2026

Kaze mwigurire amatike
kamenge 14eme Avenue iruhande yakabare Sabanerwa musi ya Ndamama .
simple : 10k
VIP : 50k
Sponsor : 1milions

Ayayayyayayyambega ikirori!!!Abantu bose baba muri Bujumbura yagutse na cane cane i bubanza IZERE EVENT yatuzaniye Kidum...
24/07/2026

Ayayayyayayya
mbega ikirori!!!
Abantu bose baba muri Bujumbura yagutse na cane cane i bubanza IZERE EVENT yatuzaniye Kidumu kibido kibuganizo mukuturyohereza Summer ni vendredi le 07/08/2026 muri croix rouge .Amatike tuzogurira kuri cashtel ushobora kugura itike uciye kuri application canke ukayigura kuma agence yose ya Cashtel i Bujumbura twibutse n’abakunzi b’inkino yuko 13h hazobanza habeho classico ikomeye cane aba fans ba real Madrid vs aba fans ba Barcelone kuri stade i bubunza ibiciro kuri stade 2000fbu ,5000fbu
muri Méga concert: 20.000fbu,30.000fbu,50.000fbu ,100.000fbu amatike tutasanga
1. siège Cashtel en face Hôpital Militaire
2. Agence Cashtel Kamenge Mwisoko
3. Agence Cashtel Palais des arts
4. Agence Cashtel PJ
5. Agence Cashtel sopec microfinance ville
Agence Cashtel Emmaus
6. Atraf i bubanza kwa Firmin
7. Gihanga kwi commune kwa Tonny
8. Musenyi kw’isoko kwa Dieudonné
pour plus d’info :61086843

Aba Maman beza bo muri PBI kuruno musi w’lmana bari bahuriye kucicaro gikuru ca PBI aho bariko bakarishany ubumenyi kubi...
21/07/2026

Aba Maman beza bo muri PBI kuruno musi w’lmana bari bahuriye kucicaro gikuru ca PBI aho bariko bakarishany ubumenyi kubijanye na Business, umwe mumugambi bafise n’ukwuguruza MICROFINANCE rero ivyirwa biravabàFanta,ariko mumisi irimbere tuzobabwira aho uwo mugambi ugeza niharambe pama Business Isange turikumwe twese birashoboka.
Adress kamenge Mirango II 14eme Avenue près du bar Sabanerwa.

Bishasha muri pama Business isange nuko ubu ibirori vyose imanza zose ibiteramo vyose n’inkino zose abantu ntibazosubire...
21/07/2026

Bishasha muri pama Business isange nuko ubu ibirori vyose imanza zose ibiteramo vyose n’inkino zose abantu ntibazosubire kwicwa n’inyota pama turadandaza ibinyobwa bitandukanye rero mutwiture tubahe service nziza kandi tuba tuberewe cane cane adresse Kamenge Mirango II 14eme av iruhande ya Sabanerwa Bar plus d’info 61086843 .

Abakozi bo muri pama Business company nabo bari baritabiriye murukino rw’abagendana ubumuga urwo rukino rwabereye kuri c...
21/07/2026

Abakozi bo muri pama Business company nabo bari baritabiriye murukino rw’abagendana ubumuga urwo rukino rwabereye kuri centre technique

Kaze muri Pama Business Isange dufise ama service meza cane .* Mobile Money(dépôt, retrait, transfert)lumicash ,Cashtel,...
18/07/2026

Kaze muri Pama Business Isange dufise ama service meza cane .
* Mobile Money(dépôt, retrait, transfert)
lumicash ,Cashtel,Ecocash,Bancobu,Pesa flash,etc....
* Location (vehicule,Imvutano,Ibiseke,Amasahani.....)
* Clean Shop
* Impression quittance OBR etc.....

Adresse : Mirango II 14eme av hepfo ya Ńdamama iruhande yakabare Sabanerwa. lnfo 61 086 843.

Muri Pama Business Isange turabika,turabikura,tukariha amakori n’amatagisi ya OBR ukoresheje cashtel kandi ukaca uronka ...
07/07/2026

Muri Pama Business Isange turabika,turabikura,tukariha amakori n’amatagisi ya OBR ukoresheje cashtel kandi ukaca uronka quittance ya OBR ni kamenge Mirango II 14eme av iruhande yakabare sabanerwa musi ya Ndamama.

07/07/2026

Kaze mwese muri Pama busîness lsange turakotesha kandi imanza zitandukanye .kamenge MirangoIi 14eme Avenue iruhande yabakare Sabanerwa .

Address

Kamenge Mirango II 14éme Avenue No 87 Près Du Bar Sabanerwa Bar
Bujumbura

Telephone

+25761086843

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pama Business Isange posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share