CUMA BOY

CUMA BOY Business
Call me CUMA BOY
My jobs Cuma boy Photographer
Instagram Cuma boy
TikTok Cuma boy

Nimugire aka jambo keza mubwira umuhungu wanyu nongera ndabasabira kugira Gutangura indwi nziza yumugisha imana ize ibah...
29/06/2026

Nimugire aka jambo keza mubwira umuhungu wanyu nongera ndabasabira kugira Gutangura indwi nziza yumugisha imana ize ibahe ivyo mwipfuza vyose kurindwi tugiye kumaramwo



Melanin boy niwe muririmvyi wenyen asohoye Indirimbo ikamenyakana cane Indirimbo yiwe nshasha yose Bruetooth
muzehe wa kazi amashurwe nayawe

Kirikou A Kili Mbega nubu ndacaguma mbaza imana yawe nicokimwe niyabandi Nyakubahwa ndagusavye wishure muri
27/06/2026

Kirikou A Kili Mbega nubu ndacaguma mbaza imana yawe nicokimwe niyabandi Nyakubahwa ndagusavye wishure muri

27/06/2026

Melanin boy Ingurabe Umuhumgu wawe arigiriye Dubaï Kubera umunezero mwinshi windirimbo yawe nshasha Ugiye Gushirahanze ngo agiye Kuyumvisha abarabu kunguvu

GIRICUVUZE Kuri Iyi ndirimbi ya Bwoy

  umuntu avuye kure benshi bamuvugako vyinshi bamwe ngo yarumusuma abandi ngo yarumumaraya oe tuvyite gute????
27/06/2026

umuntu avuye kure benshi bamuvugako vyinshi bamwe ngo yarumusuma abandi ngo yarumumaraya oe tuvyite gute????

Cuma boy Photographer STSI STUDIO Tel: 67455119
26/06/2026

Cuma boy Photographer
STSI STUDIO
Tel: 67455119

  nziza kurimwebwe bakundi bnje tuvyumva kumwe imana ibahe ivyumutima wanyu Wipfuza
05/04/2026

nziza kurimwebwe bakundi bnje tuvyumva kumwe imana ibahe ivyumutima wanyu Wipfuza

😀😀🫵 Diego Someone ngira bwarikomye harakantu kuwakabiri azokwinjira no mukibuga gukina BRUCY KÏD
04/04/2026

😀😀🫵 Diego Someone ngira bwarikomye harakantu kuwakabiri azokwinjira no mukibuga gukina

BRUCY KÏD

04/04/2026

😂😂Nyumvira uwumuhungu ngo azokwiruka😂 Mmmm

💪

04/04/2026

🔥🔥Urukundo rubandanije kwiyingera kubahungu 2 kuha kwa OG FORCE Studio Challenge kwa Natacha Burundi

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CUMA BOY posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed Event Planning Service?

Share