Anny Queen promoter

Anny Queen promoter Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Anny Queen promoter, Sports Promoter, Cibitoke, Bujumbura.

19/10/2025
🟢🔴 : UNOMUSI 1$ = 6000FBU RYARAYE RIDUZE KANDI🫢💰😭 WOBA WAMENYE IMPANVU BIGUMA BIDUGA BIMANUKA😷⁉️  NGIYI RERO👇👇👇👉KURIKIRA...
19/10/2025

🟢🔴 : UNOMUSI 1$ = 6000FBU RYARAYE RIDUZE KANDI🫢💰😭 WOBA WAMENYE IMPANVU BIGUMA BIDUGA BIMANUKA😷⁉️ NGIYI RERO👇👇👇

👉KURIKIRANA INKURU TWAHAWE NUWITWA 🇰🇪🇰🇪 YADUSOBANURIYE IGUTUMA BIGUMA BIHINDUKA IYUNVIRE NAWE

KURIKIRANA ICO KIGANIRO UCIYE KURIYO LINK MURI COMMENTAIRES URAZA KUBITAHURA🫢🫢

🟢🔴 : UNOMUSI 1$ = 6000FBU RYARAYE RIDUZE KANDI🫢💰😭 WOBA WAMENYE IMPANVU BIGUMA BIDUGA BIMANUKA😷⁉️  NGIYI RERO👇👇👇👉KURIKIRA...
19/10/2025

🟢🔴 : UNOMUSI 1$ = 6000FBU RYARAYE RIDUZE KANDI🫢💰😭 WOBA WAMENYE IMPANVU BIGUMA BIDUGA BIMANUKA😷⁉️ NGIYI RERO👇👇👇

👉KURIKIRANA INKURU TWAHAWE NUWITWA 🇰🇪🇰🇪 YADUSOBANURIYE IGUTUMA BIGUMA BIHINDUKA IYUNVIRE NAWE

KURIKIRANA ICO KIGANIRO UCIYE KUR you tube

  🥲 Amerca 🇺🇲 yoba yafatiwe ibihano 🤔 canke ? Konzi ataciza bikura nabo nabo  cagihugu burimuntu wese yahora yifuza kuki...
19/10/2025

🥲 Amerca 🇺🇲 yoba yafatiwe ibihano 🤔 canke ? Konzi ataciza bikura nabo nabo cagihugu burimuntu wese yahora yifuza kukibamwo ubu cagiye hasi cane 🤣🇧🇮💵🔥IDollars Amakuru mashasha yaka kanya Naya
💸1$ 4500 kuvunjisha
💸1$ 5000 kurirangura IMana iriko iribuka UBURUNDI NABA RUNDI❤️🔥🔥🇧🇮

mugihe i dollars 💵 rigukorok nkamavoka mugihe curushana aho mugihugu ca congo 🇨🇩 ubu nuwugiye gusuma atwara i dollars 💵 ugasanga ariko ayasumisha ibitunguru nama magi mugihugu cuburundi naho abavunja babonyenk atar amadir bahitamwo kwitahira 🤣

Twe twibereye mumunezer ntanger kubwamabuye yacu ivyiza birimber kumus wejo kenya 🇰🇪 naho ibiciro nuku vyar vyakorotse 😭Abari baragowe 😭muri 2024 🤔 1000 shiling yari 43 800fbu mugabo ubu vyose biramanutse 1000 shiling ni 20 000fbu

Nukuri ntawutoshima uko ibintu biriko biragenda kare ama yavunjwa 1000ksh 🇰🇪:43800fb 🇧🇮 🇧🇮 ariko unomusi tuvugana ariko avujwa ibihumbi 1000ksh 🇰🇪:20000fb 🇧🇮 inkuru nziza kuburundi nabarundi igisigaye nuko ibintu mugihugu bipunguka navyo💪💪



Icicaro gikuru ca 1XBET muburundi kirabamenyesh ko mukwugurura 1XBET kuri code promo uzuzaho BURUNDIBET ( uvyandika bifatanye) code promo : BURUNDIBET

Abujujeho ibindi 1XBET zabo ziriko zihagarikw
Bandikire bagufashe kubuntu WhatsApp 69636750

1XBET

Canke ufyonde ngaha urabe uko bikorwa 👇🏽👇🏽

https://www.facebook.com/reel/1823317218293448/?mibextid=rS40aB7S9Ucbxw6v

Ubwoko 41 bw' ubutare nibwo ishirahamwe Bakagem Mining Burundi rimaze  gutora mu Burundi.  Ivyo bishikirizwa n' umuyoboz...
19/10/2025

Ubwoko 41 bw' ubutare nibwo ishirahamwe Bakagem Mining Burundi rimaze gutora mu Burundi.

Ivyo bishikirizwa n' umuyobozi mukuru waryo Bahati Kayumbo hari kuri uyu wa gatandatu aho umukuru w' igihugu Evariste Ndayishimiye yari yagendeye iryo shirahamwe. Bahati Kayumbo akamenyesha ko iryo shirahamwe risanzwe ryatanguye gukora mu mwaka w'2023 aho ryari rifise uruhusha rwo kwimba ubutare bwo mu bwoko bwa Agate gusa, ubu rikaba ririndiriye ko ryemererwa kwimba n ubundi bwoko bamaze kubona mu Burundi nabwo bukaba bushika 41.

Imbere yaho umukuru w' igihugu akaba yari yagendeye n' ibindi bibanza bitatu bibitsemwo ubutare mu gisagara ca Bujumbura, muri Zone Ngagara, burindiriye gushorwa

🇧🇮🇹🇿 amateka arakozwe burundi 🇧🇮 Tanzania 🇹🇿 mwe Narababwiye ko ibraah atazova muburundi adakoranye numu Star wumurundi ...
31/07/2025

🇧🇮🇹🇿 amateka arakozwe burundi 🇧🇮 Tanzania 🇹🇿 mwe Narababwiye ko ibraah atazova muburundi adakoranye numu Star wumurundi iyi collabo ya sat b na ibraah mwayibonye bro sat b ubu niwe ayoboye umuzik ndundi apana ngo ba fizzo Jana hariya turaba ingwanyi yanyayo idata urugamba fizzo we urugamba yararutaye sat b aracarwana niwe legend 👑 🇧🇮 nibindi muracabibona bro

Gahunda ni Kwa mond Simba 🤭🥱🍾

31/07/2025

ub tugiy kuz turakora ukonyen guys mubon ar frsh duhurir mur commantair

🔥🇧🇮Vyarangiye Sat-B  Aratsinze Diamond Platnumz  Kukumvirizwa ngaha iwacu Umuririmvyi  -B Ibiharuru vyukuntu Indirimbo z...
10/07/2025

🔥🇧🇮Vyarangiye Sat-B Aratsinze Diamond Platnumz Kukumvirizwa ngaha iwacu Umuririmvyi -B Ibiharuru vyukuntu Indirimbo ziriko zumvirizwa kumbuga zigiye zitandukanye Umuziki Ndundi uracayoboye Iyindi miziki yamahanga Yoyo ivyikoreye nubu ntaratora ubwenge.

🎰Nakajambo kamwe👇✍ kuruyu musolait wacu -B 🇧🇮🇧🇮
https://www.facebook.com/share/18YZ1F6jwQ/

Address

Cibitoke
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Anny Queen promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share